The EMSI Burundi team welcomes final year students for a professional internship

With great joy, the EMSI BURUNDI team welcomes final year students from different technical schools in KAYANZA and MUYINGA for a secondary school internship, providing them with professional exposure in the field of Information and Communication Technology (ICT).

This two-month internship will offer them practical experience and professional integration in this rapidly growing field. We wish them much success and good luck during this period.

Le Team EMSI Burundi accueille les élèves finalistes pour un stage professionnelle.

C’est avec une grande joie qu’en date du 1/04/2024,le team EMSI BURUNDI accueille les élèves finalistes en provenance des différentes écoles techniques de KAYANZA et MUYINGA pour un stage de fin d’études secondaires en leur donnant une insertion professionnelle en Nouvelles technologies d’information et de communication (N.T.I.C en sigle).

Ce stage de deux mois leur offrira une expérience pratique et une insertion professionnelle dans ce domaine en plein essor. Nous leur souhaitons beaucoup de succès et de chance pendant cette période.

Abigeme n’abakenyezi bijukiye ivyigwa vy’ubuhinga bwa none

Kayange Joselyne mu mashure yize ayo gutunganya ubutunzi (comptabilité) ariko yashimye kuja kwiga ubuhinga bwa none (informatique) abifashijwemwo na Paeej-Burundi aho amaze amezi 6 mw’ishirahamwe EMSI (Electro multi services innovation) i Muyinga. Yize gukora ibitabu, gukora amakaye, kwiga ibijanye n’ubuhinga bwa Microsoft, gushushanya ku mpuzu, gukora ibicapo binini (banderoles ) n’ubundi buhinga bwo guterananya ibitabu.

🖥️ Aha nyene muri ico kigo hari abakozi 25 aho 22 muribo akaba ari abakobwa bakora ibijanye na informatique kandi bakoresha ibimashini binini.

✅ Ndagiwenayo Nuru asanzwe aserukira abandi bakozi mu buhinga no gukoresha ubuhinga bwanone yemeza ko abakobwa bashoboye cane kandi ivyigwa vyose bijanye n’akazi karangurirwa muri EMSI Muyinga bamenya kandi bamwe bamwe bakabikora neza mbere gusumvya abagabo n’abahungu.

🙌🏾 Ndagiwenayo Nuru agahamagarira abakobwa n’abakenyezi kwubahuka ivyigwa n’ubuzi bw’ubuhinga kuko ubwenge n’ishaka barabifise.

📌 Ntakarutimana Gilbert ayoboye ikigo EMSI Muyinga aremeza ko kuva mu 2019 amaze guha inyigisho imikangara irenga 100 kandi 90% ari abakobwa n’abakenyezi kandi ubuhinga berekanye bushimishije.

✍🏾 Uwo muyobozi amenyeshako abakobwa n’abakenyezi bahejeje kwiga bashinze imigambi itandukanye ifatiye ku vyigwa no kwironderera ubuzi (entrepreneuriat), kubw’ivyo ngo abakobwa botinyuka bagateza imbere imiryango n’igihugu

# Source:JimbereMagazine.

https://m.facebook.com/story.php?story_fbid=pfbid0pysV1EGBJy7qbJDdYXPG2XAD1Q62qa1tXodZZ67P8ypyvn7QgvMctM1pBx3d3sv4l&id=100063937268042&sfnsn=mo&mibextid=6aamW6

error: Content is reserved to EMSI!!